caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 47

Mecca · revelation order 51 · 10:47

وَلِكُلِّ أُمَّةٍ رَّسُولٌ فَإِذَا جَآءَ رَسُولُهُمْ قُضِىَ بَيْنَهُم بِٱلْقِسْطِ وَهُمْ لَا يُظْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Umugwi uwo ari wo wose w’abantu wabayeho aho hambere yanyu, wararungikiwe Intumwa ivuye muri bo; nk’uko mwarungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) ibararikira kwumvira Imana Allah. Igihe rero haje Intumwa yabo ku musi w’izuka, bazocirirwa urugororotse, eka ntibazorenganywa namba.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70