caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 46

Mecca · revelation order 51 · 10:46

وَإِمَّا نُرِيَنَّكَ بَعْضَ ٱلَّذِى نَعِدُهُمْ أَوْ نَتَوَفَّيَنَّكَ فَإِلَيْنَا مَرْجِعُهُمْ ثُمَّ ٱللَّهُ شَهِيدٌ عَلَىٰ مَا يَفْعَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Nitwaramuka Tukweretse ukiri muzima bimwe mu bihano Twabasezeraniye kw’isi, canke Tukakwaka ubuzima ugapfa Tutarabikwereka, uko biri kwose ico womenya, ni uko impera n'imperuka bazosubizwa iwacu Twebwe Allah. Hanyuma Imana Allah, ni Yo Cabona ku vyo bagira vyose kw'isi, kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70