أَرَءَيْتَ إِن كَذَّبَ وَتَوَلَّىٰٓ Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega, ubona gute mu gihe uyo aburabuza ugusenga, yoba ahakana ubutumwa, akagenza umugongo yirengagiza ukwemera Allah!