caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 72

Medina · revelation order 113 · 9:72

وَعَدَ ٱللَّهُ ٱلْمُؤْمِنِينَ وَٱلْمُؤْمِنَٰتِ جَنَّٰتٍ تَجْرِى مِن تَحْتِهَا ٱلْأَنْهَٰرُ خَٰلِدِينَ فِيهَا وَمَسَٰكِنَ طَيِّبَةً فِى جَنَّٰتِ عَدْنٍ وَرِضْوَٰنٌ مِّنَ ٱللَّهِ أَكْبَرُ ذَٰلِكَ هُوَ ٱلْفَوْزُ ٱلْعَظِيمُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Yasezeraniye abemeramana n’abemeramanakazi kubaha imirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bayibemwo ibihe bidahera; Yabategekanirije n’amacumbi ateye igomwe mu bwami bw’ijuru bwa “Adeni”. Ukwishimirwa n’Imana Allah rero, ni kwo guhambaye kuruta inema bazoba barimwo. Iyo ni yo ntsinzi rero ihambaye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70