يَقُولُ يَٰلَيْتَنِى قَدَّمْتُ لِحَيَاتِى Kirundi Translation - Yusuf GahitiAzovuga yicuza ati: “Ubona iyo nkora nkiri kw’isi ivyomfasha muri ubu buzima bwanje bw’inyuma yo gupfa!”.