caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Mutaffifin, Verse 32

Mecca · revelation order 86 · 83:32

وَإِذَا رَأَوْهُمْ قَالُوٓا۟ إِنَّ هَٰٓؤُلَآءِ لَضَآلُّونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo naho babonye ingendanyi zamaze kwemera Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bavuga bati: “Mu vy’ukuri, abo ni bo bahuvye, bari mu muzimiza”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70