وَإِذْ قَالُوا۟ ٱللَّهُمَّ إِن كَانَ هَٰذَا هُوَ ٱلْحَقَّ مِنْ عِندِكَ فَأَمْطِرْ عَلَيْنَا حِجَارَةً مِّنَ ٱلسَّمَآءِ أَوِ ٱئْتِنَا بِعَذَابٍ أَلِيمٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka kandi igihe ababangikanyamana bavuga n’agahemo bati: “Mana yacu! Ibivugwa na Muhamadi, nivyaba ari ukuri kuvuye iwawe, tumanurire imvura y’urubuye iturutse hejuru, canke duhe igihano kibabaza”.