caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anfaal, Verse 12

Medina · revelation order 88 · 8:12

إِذْ يُوحِى رَبُّكَ إِلَى ٱلْمَلَٰٓئِكَةِ أَنِّى مَعَكُمْ فَثَبِّتُوا۟ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ سَأُلْقِى فِى قُلُوبِ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ ٱلرُّعْبَ فَٱضْرِبُوا۟ فَوْقَ ٱلْأَعْنَاقِ وَٱضْرِبُوا۟ مِنْهُمْ كُلَّ بَنَانٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Igihe Imana yawe Rurema Allah Yahishurira abamalayika Irungitse kubatera intege ku rugamba rwa “Badri” Iti: “Jewe Allah, mu vy’ukuri Ndi kumwe na mwe Ndabateye intege. Kubera ivyo rero, genda mutere intege abemeye Imana Allah, Nshoke Ntera n’ubwoba mu mitima y’abagararije”, ni uko rero bemeramana! Nimuce imitwe n’ibikonjo vy’abagarariji;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70