caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 94

Mecca · revelation order 39 · 7:94

وَمَآ أَرْسَلْنَا فِى قَرْيَةٍ مِّن نَّبِىٍّ إِلَّآ أَخَذْنَآ أَهْلَهَا بِٱلْبَأْسَآءِ وَٱلضَّرَّآءِ لَعَلَّهُمْ يَضَّرَّعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwebwe Allah, ntitwigeze Dutuma Intumwa n’imwe mu gisagara ico ari co cose, kugira irarikire abantu gusenga Imana Imwe Rudende Allah batayibangikanya, hanyuma bakayihakana, kiretse ko Twabagerageza Tukabatera ubukene n’ivyago, indwara n’amaganya, bakagorwa kugira bagaruke ku kuri, banatakambire n’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70