caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 95

Mecca · revelation order 39 · 7:95

ثُمَّ بَدَّلْنَا مَكَانَ ٱلسَّيِّئَةِ ٱلْحَسَنَةَ حَتَّىٰ عَفَوا۟ وَّقَالُوا۟ قَدْ مَسَّ ءَابَآءَنَا ٱلضَّرَّآءُ وَٱلسَّرَّآءُ فَأَخَذْنَٰهُم بَغْتَةً وَهُمْ لَا يَشْعُرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHanyuma rero, Twarabahindurira nya buzima bw’amagorwa, Tukabaha ubuzima buhimbaye gushika n’aho batunga bagatunganirwa, kugira bikebuke. Ha kwikebuka rero, bararendegeye barinamura bavuga bati: “Ivy’isi, ni uko bigenda! Imisi irasa ntingana. Abavyeyi bacu, na bo nyene barashikirwa n’indwara n’amaganya no kuroranirwa mu buzima!”. Muri ico gihe rero, Twaca Tubahana giturumbuka ata vyo bari biteze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70