caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 57

Mecca · revelation order 39 · 7:57

وَهُوَ ٱلَّذِى يُرْسِلُ ٱلرِّيَٰحَ بُشْرًۢا بَيْنَ يَدَىْ رَحْمَتِهِۦ حَتَّىٰٓ إِذَآ أَقَلَّتْ سَحَابًا ثِقَالًا سُقْنَٰهُ لِبَلَدٍ مَّيِّتٍ فَأَنزَلْنَا بِهِ ٱلْمَآءَ فَأَخْرَجْنَا بِهِۦ مِن كُلِّ ٱلثَّمَرَٰتِ كَذَٰلِكَ نُخْرِجُ ٱلْمَوْتَىٰ لَعَلَّكُمْ تَذَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo Mana Allah, ni Yo Ituma umuyaga usunika ibicu ugatanga umwizero w’imvura ko igiye kugwa ku burenganzira bwayo, maze ibiremwa bikaboneraho kuronka impuhwe zayo. Iyo rero nya muyaga utanguye gusunika ibicu vy’imvura, Twebwe Allah Turaheza Tugashorera nya bicu ahari isi yagadutse, ubwatsi, ibiterwa n’ibiti bikuma, Tugashoka rero Turekurira nya mvura ikagwa, bwa bwatsi, ibiterwa n’ibiti bigasubira gutotahara, maze nya biterwa n'ibiti bigaheza bikama ivyamwa vy’ubwoko bwose. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Dutuma isi yagadutse isubira gutotahara - Tuzozura abapfuye bazuke ari bazima. Ivyo rero biri ukwo, kugira mwibuke ko Imana Allah ari Imwe Rudende, kandi ko Ishoboye kuzura n'abapfuye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70