caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 56

Mecca · revelation order 39 · 7:56

وَلَا تُفْسِدُوا۟ فِى ٱلْأَرْضِ بَعْدَ إِصْلَٰحِهَا وَٱدْعُوهُ خَوْفًا وَطَمَعًا إِنَّ رَحْمَتَ ٱللَّهِ قَرِيبٌ مِّنَ ٱلْمُحْسِنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKandi ntimukagenzwe n’ubwononyi ubwo ari bwo bwose kw’isi, inyuma y’aho Imana Allah Iyitunganirije ku kurungika Intumwa (za nyakugira amahoro y’Imana Allah), ikabungabungwa hisunzwe iyumviramana; muheze kandi muyitumbere mu kuyisaba mutayibangikanya, mutinya ibihano vyayo, mwizera n’indishi kuri Yo. Mu vy’ukuri impuhwe z’Imana Allah, ziri hafi cane y’abagwaneza.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70