وَمِمَّنْ خَلَقْنَآ أُمَّةٌ يَهْدُونَ بِٱلْحَقِّ وَبِهِۦ يَعْدِلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNo mu biremwa Twaremye rero, harimwo umugwi w’abagororotsi urongora abantu wisunze ukuri, ukanabararikira kugukurikira, ugaheza rero ukanatunganiriza abandi mu kubacira imanza wisunze nya kuri nyene;