caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 141

Mecca · revelation order 39 · 7:141

وَإِذْ أَنجَيْنَٰكُم مِّنْ ءَالِ فِرْعَوْنَ يَسُومُونَكُمْ سُوٓءَ ٱلْعَذَابِ يُقَتِّلُونَ أَبْنَآءَكُمْ وَيَسْتَحْيُونَ نِسَآءَكُمْ وَفِى ذَٰلِكُم بَلَآءٌ مِّن رَّبِّكُمْ عَظِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBene Israyeli! Nimwibuke inema zacu Twebwe Allah Twabahaye, igihe Twabakura mu buja bwa Firawuni n’abantu biwe, Tukabakurako ibihano bisuzuguza vyo kwica abana banyu b’abahungu, hagasigazwa abana banyu b’abakobwa kugira babagire abajakazi. Muri ivyo vyose rero, harimwo igeragezwa rihambaye rivuye ku Mana yanyu Rurema Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70