فَوَقَعَ ٱلْحَقُّ وَبَطَلَ مَا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIco gihe, ukuri kwaragaragaye ku bari ng’aho ko Musa ari Intumwa y’Imana vy’ukuri. Ikinyoma cagizwe na ba bakonikoni na co, carabatekurukanye, gikubitirwa ahabona maze barahinyuka.