caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 117

Mecca · revelation order 39 · 7:117

وَأَوْحَيْنَآ إِلَىٰ مُوسَىٰٓ أَنْ أَلْقِ عَصَاكَ فَإِذَا هِىَ تَلْقَفُ مَا يَأْفِكُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi naho Imana Allah Yahishurira Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) Imubwiriza Iti: “Terera inkoni yawe hasi”. Musa, amaze guterera nya nkoni hasi, ya nkoni yaciye imiragura ivyo batereye hasi vyose, ivyari vyakanze abantu babona ko ari ivy’ukuri kandi ari ikinyoma ceruye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70