caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 61

Mecca · revelation order 55 · 6:61

وَهُوَ ٱلْقَاهِرُ فَوْقَ عِبَادِهِۦ وَيُرْسِلُ عَلَيْكُمْ حَفَظَةً حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءَ أَحَدَكُمُ ٱلْمَوْتُ تَوَفَّتْهُ رُسُلُنَا وَهُمْ لَا يُفَرِّطُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi na Yo Nyeninkomezi Iganza ibiremwa vyayo vyose. Iranabarungikira abamalayika babungabunga ibikorwa vyanyu mu kuvyandika, maze hagera aho umwe muri mwebwe ashikirwa n’urupfu, intumwa zacu mu bamalayika bajejwe urupfu[5] zigaca zimwaka ubuzima agapfa, kandi ntizihenda na gato ku wo zirungitsweko;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70