caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 44

Mecca · revelation order 55 · 6:44

فَلَمَّا نَسُوا۟ مَا ذُكِّرُوا۟ بِهِۦ فَتَحْنَا عَلَيْهِمْ أَبْوَٰبَ كُلِّ شَىْءٍ حَتَّىٰٓ إِذَا فَرِحُوا۟ بِمَآ أُوتُوٓا۟ أَخَذْنَٰهُم بَغْتَةً فَإِذَا هُم مُّبْلِسُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgihe rero iyo migwi y’abantu irekeye kwicisha bugufi, ikirengagiza no kwubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah, Twarayugururiye imiryango yose y’ibiyibeshaho kugira irendegere mu bwononyi, iraheza ibaho yorohewe, iranagira amagara meza ahimbaye gushika aho yishimira ivyo Twayironkeje, Duca Turayihana giturumbuka, iricuza, irihebura.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70