caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 43

Mecca · revelation order 55 · 6:43

فَلَوْلَآ إِذْ جَآءَهُم بَأْسُنَا تَضَرَّعُوا۟ وَلَٰكِن قَسَتْ قُلُوبُهُمْ وَزَيَّنَ لَهُمُ ٱلشَّيْطَٰنُ مَا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo migwi y’abantu ico gihe ishikirwa n’igeragezwa ryacu, ese iyo ipfuma itakamba ikicisha bugufi ku Mana Allah! Ariko ntiyigeze ibikora, imitima yayo yarakomantaye icika nk’ibuye ry’urutare ntiyumva, shetani na yo iraheza iyiryohereza ivyaha n’ibangikanyamana yahora igira.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70