caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 156

Mecca · revelation order 55 · 6:156

أَن تَقُولُوٓا۟ إِنَّمَآ أُنزِلَ ٱلْكِتَٰبُ عَلَىٰ طَآئِفَتَيْنِ مِن قَبْلِنَا وَإِن كُنَّا عَن دِرَاسَتِهِمْ لَغَٰفِلِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBagarariji mu Barabu! Twamanuye Qor’ani kugira ntimuzovuge mwiregura muti: “Emwe! Mu vy’ukuri abamanuriwe Ibitabu, ni imigwi ibiri y’abayahudi n’abanaswara y’aho hambere yacu, kandi nta n’ubumenyi bwo kubitahura twari dufise”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70