caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 123

Mecca · revelation order 55 · 6:123

وَكَذَٰلِكَ جَعَلْنَا فِى كُلِّ قَرْيَةٍ أَكَٰبِرَ مُجْرِمِيهَا لِيَمْكُرُوا۟ فِيهَا وَمَا يَمْكُرُونَ إِلَّا بِأَنفُسِهِمْ وَمَا يَشْعُرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi nk’uko nyene rero - vyashikiye abagarariji b’i Makka bakaburagiza abantu kwinjira mw’idini ry’Imana Allah - Twatumye mu gacimbiri ako ari ko kose haba intumva zirongowe n’indongozi zazo, kugira zitegure zinashire mu ngiro ubwononyi bwo kurwanya idini ry’Imana Allah, burya ubwo bwononyi zigira, nta wundi buzogarukako atari kuri zo, n’aho ata vyo zumva.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70