caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Hashr, Verse 14

Medina · revelation order 101 · 59:14

لَا يُقَٰتِلُونَكُمْ جَمِيعًا إِلَّا فِى قُرًى مُّحَصَّنَةٍ أَوْ مِن وَرَآءِ جُدُرٍۭ بَأْسُهُم بَيْنَهُمْ شَدِيدٌ تَحْسَبُهُمْ جَمِيعًا وَقُلُوبُهُمْ شَتَّىٰ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمْ قَوْمٌ لَّا يَعْقِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKu kubera ukuntu abayahudi babatinya, ntibazobarwaniriza hamwe, kiretse mu gihe bazoba bari mu ducimbiri dukikujwe n’inzitiro ntamenwa, canke mu gihe bari inyuma y’insika. Urwanko ruri hagati y’abayahudi n’indyarya, rurenzeko. Wokwibaza ko bacuditse, ariko imitima yabo iri kubiri. Ivyo rero bigaterwa n’uko mu vy’ukuri, ari abantu badatahura amabwirizwa y’Imana Allah, ntibananyurwe n’ivyemezo vyayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70