caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ar-Rahmaan, Verse 54

Medina · revelation order 97 · 55:54

مُتَّكِـِٔينَ عَلَىٰ فُرُشٍۭ بَطَآئِنُهَا مِنْ إِسْتَبْرَقٍ وَجَنَى ٱلْجَنَّتَيْنِ دَانٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBazoba bicaye ku bisaswa bitekeyemwo iharire iremereye, no kwamura ivyamwa vyo muri nya mirima yompi bizoba vyoroshe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70