مُّهْطِعِينَ إِلَى ٱلدَّاعِ يَقُولُ ٱلْكَٰفِرُونَ هَٰذَا يَوْمٌ عَسِرٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze bigende binyaragasa ku co nya muraritsi abirarikiye, abagarariji bace bavuga bati: “Uwu musi ku ntureka zawo, uraremereye pe!”.
مُّهْطِعِينَ إِلَى ٱلدَّاعِ يَقُولُ ٱلْكَٰفِرُونَ هَٰذَا يَوْمٌ عَسِرٌ