فَنَادَوْا۟ صَاحِبَهُمْ فَتَعَاطَىٰ فَعَقَرَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Bene Thamuudi bahamagara mugenziwabo baramuryosharyosha ngo yice nya ngamiya, aca arayifata arayicumita arayikerera, baca barahanwa;
فَنَادَوْا۟ صَاحِبَهُمْ فَتَعَاطَىٰ فَعَقَرَ