فَكَانَ قَابَ قَوْسَيْنِ أَوْ أَدْنَىٰ Kirundi Translation - Yusuf GahitiGushika n’aho aba hafi yayo nka kurya kw’amasonga abiri y’umuheto canke mbere hafi cane kurusha (nka kurya kw’umunwa n’izuru);