caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tur, Verse 41

Mecca · revelation order 76 · 52:41

أَمْ عِندَهُمُ ٱلْغَيْبُ فَهُمْ يَكْتُبُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiCanke boba bafise ubumenyi bw’ibinyegejwe ibiremwa, baheza bakabwandika babushikiriza abantu! Baranguha, ubwo bumenyi bw’ibinyegejwe ibiremwa ni ubw’Imana Allah gusa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70