caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tur, Verse 23

Mecca · revelation order 76 · 52:23

يَتَنَٰزَعُونَ فِيهَا كَأْسًا لَّا لَغْوٌ فِيهَا وَلَا تَأْثِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTuzobaha n’umwuhiro w’inzoga zitaboreza, ibirahuri vy’inzoga bikurakuranwa, bahererekanya hagati yabo mu Bwami bw’ijuru; nya nzoga, nta ho zisa zisana n’izo kw’isi ziyayura umutwe, umuntu agatangura kudedemba avuga ayamuhe yitonganya;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70