caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Adh-Dhaariyat, Verse 53

Mecca · revelation order 67 · 51:53

أَتَوَاصَوْا۟ بِهِۦ بَلْ هُمْ قَوْمٌ طَاغُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega yemwe! Abo hambere, boba basigiye abo mu nyuma zabo iragi ryo guhakana Intumwa muri ubwo buryo nyene! Ahubwo rero mbere, bo ni abantu biganza bakagarariza, bagahuza umutima w’ubugarariji n’akagagazo, gutyo bagasusa no mu buryo bwo kugarariza.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70