caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Qaaf, Verse 43

Mecca · revelation order 34 · 50:43

إِنَّا نَحْنُ نُحْىِۦ وَنُمِيتُ وَإِلَيْنَا ٱلْمَصِيرُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, ni Twebwe Allah Dutanga ubuzima ku biremwa, maze bikabaho; ni na Twebwe nyene Tubwaka nya biremwa maze bigapfa, ni no kuri Twebwe rero ibiremwa vyose bizosubira kugira bihemberwe ivyo vyakoze;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70