caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Qaaf, Verse 15

Mecca · revelation order 34 · 50:15

أَفَعَيِينَا بِٱلْخَلْقِ ٱلْأَوَّلِ بَلْ هُمْ فِى لَبْسٍ مِّنْ خَلْقٍ جَدِيدٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega none, bibaza ko Twananiwe kurema ibiremwa Twaremye na mbere ata n’ico Turinze kurabirako, ku buryo Twonanirwa no kubisubiza kandi ubuzima ngo bizuke vyaramaze guhona! Kira noneho, ivyo ntivyotunanira. Ukuri, ni uko ababangikanyamana bo bafise amakenga ku kuntu izurwa ry’ibiremwa ryoshoboka kandi vyaramaze gupfa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70