caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 71

Medina · revelation order 112 · 5:71

وَحَسِبُوٓا۟ أَلَّا تَكُونَ فِتْنَةٌ فَعَمُوا۟ وَصَمُّوا۟ ثُمَّ تَابَ ٱللَّهُ عَلَيْهِمْ ثُمَّ عَمُوا۟ وَصَمُّوا۟ كَثِيرٌ مِّنْهُمْ وَٱللَّهُ بَصِيرٌۢ بِمَا يَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyo bigaba mu bayahudi rero, vyibaza ko Imana Allah Itazobihana, biraheza birarendegera mu bukozi bw’ikibi bicika impumyi, ntivyaba bikibona ukuri; bicika n’intumva, ntivyaba bicumva ukuri ngo kugire ico kubimariye. Ni ho rero Imana Allah Yabihana, hanyuma Iravyumvira bimaze kwigaya. Mu nyuma yaho ukuri gutomokeye, abenshi muri vyo bahavuye bacika impumyi kandi bacika n’intumva. Burya Imana Allah, ni Nyenukubona, Irabona neza ivyo bakora, Izonabibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70