caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Fath, Verse 13

Medina · revelation order 111 · 48:13

وَمَن لَّمْ يُؤْمِنۢ بِٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦ فَإِنَّآ أَعْتَدْنَا لِلْكَٰفِرِينَ سَعِيرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwutemera Imana Allah n’amabwirizwa Yarungikanye Intumwa yayo (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), namenye ko azoba agararije. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twateguriye abagarariji ibihano vy’umuriro wama wegenyejwe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70