caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Muhammad, Verse 16

Medina · revelation order 95 · 47:16

وَمِنْهُم مَّن يَسْتَمِعُ إِلَيْكَ حَتَّىٰٓ إِذَا خَرَجُوا۟ مِنْ عِندِكَ قَالُوا۟ لِلَّذِينَ أُوتُوا۟ ٱلْعِلْمَ مَاذَا قَالَ ءَانِفًا أُو۟لَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ طَبَعَ ٱللَّهُ عَلَىٰ قُلُوبِهِمْ وَٱتَّبَعُوٓا۟ أَهْوَآءَهُمْ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Burya mu ndyarya, harimwo abakwumviriza ntibazigame ivyo uvuga, bamara kuva mu cicaro cawe, bagaca babaza abahawe ubumenyi bw’Igitabu c’Imana, mu gutebura n’akantu bati: “Mbega mutwumvira Muhamadi, mu kanya yari avuze ngw’iki!”. Abo ni bo rero Imana Allah, Yateye ikimangu ku mitima yabo ntiyashobora gutegera ukuri, maze batwarwa n’ivyipfuzo vyabo mu bugarariji n’ubuhuvyi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70