caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahqaf, Verse 3

Mecca · revelation order 66 · 46:3

مَا خَلَقْنَا ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضَ وَمَا بَيْنَهُمَآ إِلَّا بِٱلْحَقِّ وَأَجَلٍ مُّسَمًّى وَٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ عَمَّآ أُنذِرُوا۟ مُعْرِضُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwebwe Allah, ntitwaremye amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo, atari ukugira vy’ukuri abantu bamenye ubushobozi n'ububasha vy’Iyabiremye, baheze bayiyegereze muri vyose banayisenge ari Imana Imwe Rudende; bamenye n’uko Ishoboye kubazura inyuma yo gupfa; no kugira bagendere ukuri n’ubutungane hagati yabo; no kugira rero babeho ubuzima bwabo gushika isango nyezina ryo gupfa ry’umwe wese rishike, ace apfa. Nayo abahakanye ko Allah ari Yo Mana y’ukuri, barirengagiza ibihano Qor’ani ibagabishako, ntibikebuke;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70