caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahqaf, Verse 26

Mecca · revelation order 66 · 46:26

وَلَقَدْ مَكَّنَّٰهُمْ فِيمَآ إِن مَّكَّنَّٰكُمْ فِيهِ وَجَعَلْنَا لَهُمْ سَمْعًا وَأَبْصَٰرًا وَأَفْـِٔدَةً فَمَآ أَغْنَىٰ عَنْهُمْ سَمْعُهُمْ وَلَآ أَبْصَٰرُهُمْ وَلَآ أَفْـِٔدَتُهُم مِّن شَىْءٍ إِذْ كَانُوا۟ يَجْحَدُونَ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ وَحَاقَ بِهِم مَّا كَانُوا۟ بِهِۦ يَسْتَهْزِءُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBakorayishi! Ni ukuri Bene Aadi, Twari Twarabahaye ibibatsimbataza kw’isi ku rugero rusumba kure n’iyo ivyo Twabahaye bibatsimbataje kw’isi; Twabagiriye n’amatwi, amaso n’imishaha kugira babikoreshe mu kwumva no mu kubona ukuri, baheze batahure bagukurikire; ariko nya matwi, amaso hamwe n’imishaha nta na kimwe vyabamariye, kuko bahora bahakana bivuye inyuma Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah, maze bugarizwa n’ibihano bibabaza, bahora bateburako.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70