caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Jaathiya, Verse 22

Mecca · revelation order 65 · 45:22

وَخَلَقَ ٱللَّهُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضَ بِٱلْحَقِّ وَلِتُجْزَىٰ كُلُّ نَفْسٍۭ بِمَا كَسَبَتْ وَهُمْ لَا يُظْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah, Yaremye amajuru n’isi vy’ukuri mu ntumbero yo kubatunganiriza; no kugira umwumwe wese mu bantu azohemberwe ivyo yakoze ku musi w’izuka, kandi ntibazorenganywa namba.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70