caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Jaathiya, Verse 21

Mecca · revelation order 65 · 45:21

أَمْ حَسِبَ ٱلَّذِينَ ٱجْتَرَحُوا۟ ٱلسَّيِّـَٔاتِ أَن نَّجْعَلَهُمْ كَٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ سَوَآءً مَّحْيَاهُمْ وَمَمَاتُهُمْ سَآءَ مَا يَحْكُمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero, abubahuka gucumura izuba riva, bakanahakana bivuye inyuma Intumwa z’Imana, bagaca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah bakanayibangikanya, bibaza ko mu buzima bwabo bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, Twobafata co kimwe n’abemeye Imana Allah n’Intumwa zayo, bakanakora n’ivyiza bitegetswe, bakanayisenga beza n’ivyo bakora vyose ku bwayo! Ingingo yabo yo kwiyumvira ko abanyavyaha n’aberanda bofatwa kumwe, ni mbi cane.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70