caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ad-Dukhaan, Verse 5

Mecca · revelation order 64 · 44:5

أَمْرًا مِّنْ عِندِنَآ إِنَّا كُنَّا مُرْسِلِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIngingo yubahirizwa kw’itegeko n’ubumenyi bivuye iwacu Twebwe Allah. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twarungitse ku bantu Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) hamwe n’izindi zarungitswe hambere yiwe;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70