رَحْمَةً مِّن رَّبِّكَ إِنَّهُۥ هُوَ ٱلسَّمِيعُ ٱلْعَلِيمُ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu ntumbero yo kugirira impuhwe abantu zarungitsweko, impuhwe zivuye ku Mana yawe Rurema Allah, mu vy’ukuri ni Yo rero Nyenukwumva, Irumva ibivugwa vyose; Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ibikorwa n’ibiremwa hamwe n’ivyo bizirikana;