وَلَوْ نَشَآءُ لَجَعَلْنَا مِنكُم مَّلَٰٓئِكَةً فِى ٱلْأَرْضِ يَخْلُفُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Iyo Dushaka rero, Twari kugira abamalayika bakaba kw’isi, bagakurakuranwa kuri yo, ha kuba ari mwebwe Bene Adamu mugenda muyikurakuranwako.