وَمَن يَعْشُ عَن ذِكْرِ ٱلرَّحْمَٰنِ نُقَيِّضْ لَهُۥ شَيْطَٰنًا فَهُوَ لَهُۥ قَرِينٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiUwirengagije Qor’ani ari na rwo rwibutso rwa Nyenimpuhwe ku biremwa, maze akijajara mu kutayemera ngo ayigendere, Tumushinga shetani[6] imwosha nabi kw’isi, maze igacudika na we, ikama imwosha kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah.