caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zukhruf, Verse 16

Mecca · revelation order 63 · 43:16

أَمِ ٱتَّخَذَ مِمَّا يَخْلُقُ بَنَاتٍ وَأَصْفَىٰكُم بِٱلْبَنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBabangikanyamana! Ahubwo rero, bishoboka gute ko Imana Allah Yigenera mu vyo Yaremye abana b’abakobwa, maze mwebwe Ikabahitiramwo abana b’abahungu!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70