وَإِذَا بُشِّرَ أَحَدُهُم بِمَا ضَرَبَ لِلرَّحْمَٰنِ مَثَلًا ظَلَّ وَجْهُهُۥ مُسْوَدًّا وَهُوَ كَظِيمٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo umwe muri bo ahawe inkuru yuko yibarutse umwana w’umukobwa, ari na we bomekera kuri Nyenimpuhwe, uwo musi yirigwa yijiriwe, yishwe n’intuntu n’akantu ku kwanka kwibaruka umukobwa.