caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Fussilat, Verse 5

Mecca · revelation order 61 · 41:5

وَقَالُوا۟ قُلُوبُنَا فِىٓ أَكِنَّةٍ مِّمَّا تَدْعُونَآ إِلَيْهِ وَفِىٓ ءَاذَانِنَا وَقْرٌ وَمِنۢ بَيْنِنَا وَبَيْنِكَ حِجَابٌ فَٱعْمَلْ إِنَّنَا عَٰمِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbagarariji birengagiza Qor’ani, babwiye Umuvugishwamana Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bati: “Imitima yacu irugaye, ntiyoroha ngo itahure ivyo uturarikira kwemera; n’amatwi yacu yarazivye, ntiyumva ivyo uvuga; kandi hagati yacu na we hari ipaziya ituma tutokurikira irarikiramana ryawe. Kubera ivyo rero, kora ivyo ukora wisunze idini ryawe, na twe nyene ntitwicaye, mu vy’ukuri dukora ivyo dukora twisunze idini ryacu, ntiturota tugukurikira”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70