وَلَكُمْ فِيهَا مَنَٰفِعُ وَلِتَبْلُغُوا۟ عَلَيْهَا حَاجَةً فِى صُدُورِكُمْ وَعَلَيْهَا وَعَلَى ٱلْفُلْكِ تُحْمَلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIbitungwa biranabafitiye akamaro kanini cane. Yabibagiriye no kugira muvyunguruzeko ivyo mushaka kwunguruza mubijana mu bihugu vya kure; muranavyiyunguruzako imusozi, mw’ibahari na ho mukiyunguruza mu bwato.