caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ghaafir, Verse 29

Mecca · revelation order 60 · 40:29

يَٰقَوْمِ لَكُمُ ٱلْمُلْكُ ٱلْيَوْمَ ظَٰهِرِينَ فِى ٱلْأَرْضِ فَمَن يَنصُرُنَا مِنۢ بَأْسِ ٱللَّهِ إِن جَآءَنَا قَالَ فِرْعَوْنُ مَآ أُرِيكُمْ إِلَّا مَآ أَرَىٰ وَمَآ أَهْدِيكُمْ إِلَّا سَبِيلَ ٱلرَّشَادِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu banje! Ndemera cane ko uno musi mufise inganji y’ubwami bwo gucinyiza Bene Israyeri n’abandi banyagihugu bo muri Misiri; none aho bukera, ni nde azodukingira ibihano vy’Imana Allah, igihe vyadushikiye!”. Firawuni yabwiye abari ng’aho yishura ati: “Bantu muri ng’aha! Nta co nobahanura gukora, kiretse ico nanje nyene mbona ko kibereye; kandi sindabarongora, kiretse mu nzira nziza ibereye y’ubugororotsi”;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70