caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 71

Medina · revelation order 92 · 4:71

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ خُذُوا۟ حِذْرَكُمْ فَٱنفِرُوا۟ ثُبَاتٍ أَوِ ٱنفِرُوا۟ جَمِيعًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEmwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo! Nimwiyubare umwansi wanyu mu kumwitegurira bikwiye, muheze muje kumurwanya muri mu migwimigwi canke muri hamwe mwese;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70