ذَٰلِكَ ٱلْفَضْلُ مِنَ ٱللَّهِ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ عَلِيمًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo ni yo ngabirano ihambaye ivuye ku Mana Allah. Burya Imana Allah Irakwiye kuba Izi neza ibikorwa vy’ibiremwa n’indishi ikwiye umwe wese muri vyo.
ذَٰلِكَ ٱلْفَضْلُ مِنَ ٱللَّهِ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ عَلِيمًا