caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 7

Medina · revelation order 92 · 4:7

لِّلرِّجَالِ نَصِيبٌ مِّمَّا تَرَكَ ٱلْوَٰلِدَانِ وَٱلْأَقْرَبُونَ وَلِلنِّسَآءِ نَصِيبٌ مِّمَّا تَرَكَ ٱلْوَٰلِدَانِ وَٱلْأَقْرَبُونَ مِمَّا قَلَّ مِنْهُ أَوْ كَثُرَ نَصِيبًا مَّفْرُوضًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbahungu bakuze canke bakiri bato, barafise ico bagenewe n’Imana Allah mu bisigi vy’abavyeyi n’ivy’abavandimwe babo bapfuye. N’abakobwa bakuze canke bakiri bato, na bo nyene barafise ico bagenewe n’Imana Allah mu bisigi vy’abavyeyi n’ivy’abavandimwe babo bapfuye, uko bingana kwose, biba bike canke vyinshi, ni umugabane bagenewe n’ibwirizwa ry’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70